Hoseya 12:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Yagumye anyinyana n’umumarayika kandi aramutsinda. Yararize yongera aramutakambira ngo amugirire ubuntu+.» Imana yamusanze i Beteli, kandi aho ni ho yavuganiye natwe+,
4 Yagumye anyinyana n’umumarayika kandi aramutsinda. Yararize yongera aramutakambira ngo amugirire ubuntu+.» Imana yamusanze i Beteli, kandi aho ni ho yavuganiye natwe+,