Yoweli 1:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Ivyasigajwe n’inzige zikegeta vyariwe n’inzige z’amababa+,ivyasigajwe n’inzige z’amababa vyariwe n’inzige zitagira amababa,ivyasigajwe n’izitagira amababa na vyo vyariwe n’inzige zitema zigatongora+. Yoweli Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 1:4 Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),4/2020, rup. 3 Umunara w’Inderetsi,1/5/1998, rup. 14-15
4 Ivyasigajwe n’inzige zikegeta vyariwe n’inzige z’amababa+,ivyasigajwe n’inzige z’amababa vyariwe n’inzige zitagira amababa,ivyasigajwe n’izitagira amababa na vyo vyariwe n’inzige zitema zigatongora+.