Yoweli 1:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Hari ihanga rikomeye kandi ry’abantu benshi riduze gutera igihugu canje+. Amenyo yaryo n’imibangabanga yaryo bimeze nk’ivy’intambwe+. Yoweli Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 1:6 Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),4/2020, rup. 3 Umunara w’Inderetsi,1/5/1998, rup. 15-16
6 Hari ihanga rikomeye kandi ry’abantu benshi riduze gutera igihugu canje+. Amenyo yaryo n’imibangabanga yaryo bimeze nk’ivy’intambwe+.