Yoweli 1:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Mwa baherezi, nimwambare amagunira* mugandare*.Nimuboroge mwa bakozi bo ku gicaniro+. Nimwinjire, murare mwambaye amagunira, mwa basuku b’Imana yanje,kuko abantu batakizana ishikanwa ry’intete+ n’iry’ikinyobwa+ mu nzu y’Imana yanyu. Yoweli Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 1:13 Umunara w’Inderetsi,1/5/1998, rup. 16
13 Mwa baherezi, nimwambare amagunira* mugandare*.Nimuboroge mwa bakozi bo ku gicaniro+. Nimwinjire, murare mwambaye amagunira, mwa basuku b’Imana yanje,kuko abantu batakizana ishikanwa ry’intete+ n’iry’ikinyobwa+ mu nzu y’Imana yanyu.