2 Ni umusi w’umwijima n’umuzimagiza+,
umusi w’ibicu n’umwiza w’umuzitanya+.
Umeze nk’umuco w’umutwenzi uriko ushwara ku misozi.
Hari ihanga ry’abantu benshi kandi rikomeye cane+.
Nta hanga nk’iryo ryigeze kubaho,
kandi nta n’irizokwongera kubaho
mu myaka yose, uko urunganwe rugenda rurakurikirana.