-
Yoweli 2:7Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
7 Biruka ku mwansi nk’abarwanyi,
bakurira impome nk’abasoda.
Umwe wese aguma atumbereye imbere,
nta n’umwe ata inzira yiwe.
-
7 Biruka ku mwansi nk’abarwanyi,
bakurira impome nk’abasoda.
Umwe wese aguma atumbereye imbere,
nta n’umwe ata inzira yiwe.