Amosi 7:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Ibibanza vyo gusengeramwo vya Izahaki+ bizocika umusaka, kandi ibibanza vyeranda vya Isirayeli bizotikira+. Nzokwicisha inkota umuryango wa Yerobowamu+.»
9 Ibibanza vyo gusengeramwo vya Izahaki+ bizocika umusaka, kandi ibibanza vyeranda vya Isirayeli bizotikira+. Nzokwicisha inkota umuryango wa Yerobowamu+.»