Mika 1:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Yemwe ababa* i Shafiri, nimujabuke muri gusa, muri n’ibimaramare. Ababa* i Zanani ntibasohotse. Hazoba amaborogo i Beti-Ezeli, kandi abaho ntibazosubira kubashigikira.
11 Yemwe ababa* i Shafiri, nimujabuke muri gusa, muri n’ibimaramare. Ababa* i Zanani ntibasohotse. Hazoba amaborogo i Beti-Ezeli, kandi abaho ntibazosubira kubashigikira.