Mika 4:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Ariko ayo mahanga ntazi ivyiyumviro vya Yehova,kandi ntategera umugambi* wiwe,kuko azoyakoraniriza ku mbuga yo mu murima* nka kurya kw’umuganda w’ibinyantete bihejeje kwimburwa.
12 Ariko ayo mahanga ntazi ivyiyumviro vya Yehova,kandi ntategera umugambi* wiwe,kuko azoyakoraniriza ku mbuga yo mu murima* nka kurya kw’umuganda w’ibinyantete bihejeje kwimburwa.