Zefaniya 3:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Yehova ni umugororotsi hagati muri co+; nta kibi na kimwe akora. Buri gitondo aguma amenyekanisha imanza ziwe+,ntizigera zibura nka kurya kw’umuco w’umurango. Ariko uwukora ibitagororotse ntiyigera amaramara+. Zefaniya Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 3:5 Umunara w’Inderetsi,1/3/2001, rup. 12
5 Yehova ni umugororotsi hagati muri co+; nta kibi na kimwe akora. Buri gitondo aguma amenyekanisha imanza ziwe+,ntizigera zibura nka kurya kw’umuco w’umurango. Ariko uwukora ibitagororotse ntiyigera amaramara+.