Zefaniya 3:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Niwihe akaruru k’umunezero, wa mukobwa wa Siyoni! Vuza akaruru k’intsinzi, ewe Isirayeli+! Nezerwa, wigine n’umutima wawe wose, wa mukobwa wa Yeruzalemu+! Zefaniya Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 3:14 Umunara w’Inderetsi,1/3/2001, rup. 15
14 Niwihe akaruru k’umunezero, wa mukobwa wa Siyoni! Vuza akaruru k’intsinzi, ewe Isirayeli+! Nezerwa, wigine n’umutima wawe wose, wa mukobwa wa Yeruzalemu+!