Zakariya 1:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 1 Mu kwezi kugira umunani, mu mwaka ugira kabiri Dariyo aganza+, Yehova yavuganye n’umuhanuzi Zakariya*+ mwene Berekiya, Berekiya mwene Ido, amubwira ati:
1 Mu kwezi kugira umunani, mu mwaka ugira kabiri Dariyo aganza+, Yehova yavuganye n’umuhanuzi Zakariya*+ mwene Berekiya, Berekiya mwene Ido, amubwira ati: