-
Zakariya 6:8Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
8 Nuko arampamagara, ambwira ati: «Raba! Ariya mafarasi agiye mu gihugu co mu buraruko, ni yo yatumye impwemu ya Yehova iruhukira mu gihugu co mu buraruko.»
-