-
Zakariya 6:10Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
10 «Uzoje gutora ivyo Heludayi, Tobiya na Yedaya bazanye babihawe n’abari mu bunyagano. Kuri uwo musi, uzoce uja kwa Yosiya mwene Zefaniya ujanye n’abo baje bava i Babiloni.
-