Zakariya 9:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Raba! Yehova azobaka ivyo batunze,ahonereze ingabo zabo mu kiyaga*+.Ico gisagara kizotikizwa n’umuriro+. Zekariya Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 9:4 Umunara w’Inderetsi,1/6/2008, rup. 27
4 Raba! Yehova azobaka ivyo batunze,ahonereze ingabo zabo mu kiyaga*+.Ico gisagara kizotikizwa n’umuriro+.