Zakariya 11:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Umva ukuboroga kw’abungere,kuko icubahiro cabo giheze. Umva ukuroha kw’intambwe z’imikangara*,kuko vya bisaka vy’inzitane vyo ku nkengera ya Yorodani vyatikijwe.
3 Umva ukuboroga kw’abungere,kuko icubahiro cabo giheze. Umva ukuroha kw’intambwe z’imikangara*,kuko vya bisaka vy’inzitane vyo ku nkengera ya Yorodani vyatikijwe.