Zakariya 13:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Kuri uwo musi abahanuzi bose bazomaramazwa n’ivyo beretswe igihe bazoba bariko baravuga ubuhanuzi. Ntibazokwambara impuzu y’ubwoya+ y’abahanuzi kugira bahende abantu.
4 Kuri uwo musi abahanuzi bose bazomaramazwa n’ivyo beretswe igihe bazoba bariko baravuga ubuhanuzi. Ntibazokwambara impuzu y’ubwoya+ y’abahanuzi kugira bahende abantu.