Zakariya 14:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Ubuyuda na bwo nyene buzorwanira hafi ya Yeruzalemu. Ubutunzi bw’amahanga yose ahakikuje buzokwegeranywa: uri inzahabu, ifeza n’impuzu, vyinshi rwose+.
14 Ubuyuda na bwo nyene buzorwanira hafi ya Yeruzalemu. Ubutunzi bw’amahanga yose ahakikuje buzokwegeranywa: uri inzahabu, ifeza n’impuzu, vyinshi rwose+.