Malaki 3:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 «Kandi bazoba abanje+ umusi nzobagira ihanga ridasanzwe*+», ni ko Yehova Nyeningabo avuze. «Nzobagirira impuhwe nka kurya umuntu agirira impuhwe umwana wiwe amugamburukira+. Malaki Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 3:17 Umunara w’Inderetsi,1/8/2005, rup. 27-281/5/2002, rup. 31-32
17 «Kandi bazoba abanje+ umusi nzobagira ihanga ridasanzwe*+», ni ko Yehova Nyeningabo avuze. «Nzobagirira impuhwe nka kurya umuntu agirira impuhwe umwana wiwe amugamburukira+.