Matayo 4:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Igihe yariko aca ku nkengera y’ikiyaga ca Galilaya, abona abagabo babiri bavukana, ari bo Simoni batazira Petero+ na mwenewabo Andereya. Bariko baterera urusenga mu kiyaga, kuko bari abarovyi+.
18 Igihe yariko aca ku nkengera y’ikiyaga ca Galilaya, abona abagabo babiri bavukana, ari bo Simoni batazira Petero+ na mwenewabo Andereya. Bariko baterera urusenga mu kiyaga, kuko bari abarovyi+.