Matayo 8:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Yezu aca abwira iyo ntwazangabo ati: «Igire. Nibikubere nk’uko uvyizeye+.» Kandi uwo mushumba yaciye akira kuri iyo saha nyene+.
13 Yezu aca abwira iyo ntwazangabo ati: «Igire. Nibikubere nk’uko uvyizeye+.» Kandi uwo mushumba yaciye akira kuri iyo saha nyene+.