Matayo 8:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Hanyuma Yezu yinjira mu nzu kwa Petero, asanga inabukwe+ araryamye, arwaye inyonko+.