Matayo 8:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Aca amukora ku kuboko+, ya nyonko ica irakira. Hanyuma arahaguruka, atangura gutegura ivyo amuzimana.
15 Aca amukora ku kuboko+, ya nyonko ica irakira. Hanyuma arahaguruka, atangura gutegura ivyo amuzimana.