Matayo 9:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Ariko kugira mumenye ko Umwana w’umuntu afise ububasha bwo kubabarira ibicumuro kw’isi . . .» Aca abwira uwo muntu amugaye ati: «Haguruka, utore inderuzo yawe witahire+.» Matayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 9:6 Yezu ni inzira, rup. 67
6 Ariko kugira mumenye ko Umwana w’umuntu afise ububasha bwo kubabarira ibicumuro kw’isi . . .» Aca abwira uwo muntu amugaye ati: «Haguruka, utore inderuzo yawe witahire+.»