Matayo 9:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Yezu amaze kuva ng’aho, abona umugabo yitwa Matayo yicaye aho batoreza ikori*, maze amubwira ati: «Nkurikira.» Ubwo nyene aca arahaguruka aramukurikira+. Matayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 9:9 Yezu ni inzira, rup. 68
9 Yezu amaze kuva ng’aho, abona umugabo yitwa Matayo yicaye aho batoreza ikori*, maze amubwira ati: «Nkurikira.» Ubwo nyene aca arahaguruka aramukurikira+.