Matayo 9:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Yezu aca arahindukira aramubona, maze amubwira ati: «Humura mukobwa wanje! Ukwizera kwawe kuragukijije+.» Ubwo nyene uwo mugore aca arakira+. Matayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 9:22 Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),11/2016, rup. 3
22 Yezu aca arahindukira aramubona, maze amubwira ati: «Humura mukobwa wanje! Ukwizera kwawe kuragukijije+.» Ubwo nyene uwo mugore aca arakira+.