Matayo 9:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Nya bantu bamaze gusohoka, Yezu aca arinjira, afata ukuboko+ uwo mukobwa, na we aca aravyuka+.