Matayo 9:28 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 28 Amaze kwinjira mu nzu, abo bagabo b’impumyi baza aho ari, maze Yezu ababaza ati: «Murizeye ko ivyo nshobora kubikora+?» Bamwishura bati: «Egome Mukama.» Matayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 9:28 Yezu ni inzira, rup. 121
28 Amaze kwinjira mu nzu, abo bagabo b’impumyi baza aho ari, maze Yezu ababaza ati: «Murizeye ko ivyo nshobora kubikora+?» Bamwishura bati: «Egome Mukama.»