-
Matayo 12:44Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
44 Iraheza ikavuga iti: “Reka nsubire mu nzu yanje navuyemwo.” Ishitse, isanga ya nzu igaragara, ikubuye neza kandi isharije.