Matayo 13:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Ni co gituma ndabigisha nkoresheje ibigereranyo, kuko baraba ariko ntibabone, kandi barumviriza ariko ntibumva ngo batahure ico bisobanura+.
13 Ni co gituma ndabigisha nkoresheje ibigereranyo, kuko baraba ariko ntibabone, kandi barumviriza ariko ntibumva ngo batahure ico bisobanura+.