Matayo 13:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Izabibwe ahantu h’urubuyebuye, zigereranya uwumva iryo jambo ubwo nyene agaca aryemera n’akanyamuneza+.
20 Izabibwe ahantu h’urubuyebuye, zigereranya uwumva iryo jambo ubwo nyene agaca aryemera n’akanyamuneza+.