Matayo 13:50 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 50 maze babaterere mw’ifuru yaka umuriro. Aho ni ho bazoririra kandi ni ho bazohekenyera imisaya*. Matayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 13:50 Ubwami bw’Imana buraganza!, rup. 107 Umunara w’Inderetsi,15/7/2008, rup. 20-21