Matayo 14:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Ariko naho yashaka kumwica, yaratinya abantu kuko Yohani bamufata nk’umuhanuzi+.