Matayo 14:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Yezu avyumvise aca aravayo, aja mu gahinga kugira abe ukwa wenyene. Ariko isinzi ry’abantu rivyumvise, rica riva mu gisagara n’amaguru riramukurikira+. Matayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 14:13 Yezu ni inzira, rup. 128
13 Yezu avyumvise aca aravayo, aja mu gahinga kugira abe ukwa wenyene. Ariko isinzi ry’abantu rivyumvise, rica riva mu gisagara n’amaguru riramukurikira+.