Matayo 14:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Bugorovye, abigishwa biwe baza aho ari, bamubwira bati: «Ehe turi mu gahinga kandi amasaha aragiye. Rungika abo bantu baje mu bigwati kwigurira ivyo kurya+.»
15 Bugorovye, abigishwa biwe baza aho ari, bamubwira bati: «Ehe turi mu gahinga kandi amasaha aragiye. Rungika abo bantu baje mu bigwati kwigurira ivyo kurya+.»