Matayo 14:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Ubwo nyene Yezu aca arabavugisha, ababwira ati: «Humura ni jewe! Ntimugire ubwoba+.»