Matayo 15:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 «Kubera iki abigishwa bawe batubahiriza imigenzo y’aba kera? Nk’akarorero, ntibakaraba* imbere yo gufungura+.» Matayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 15:2 Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),8/2016, rup. 30 Yezu ni inzira, rup. 136
2 «Kubera iki abigishwa bawe batubahiriza imigenzo y’aba kera? Nk’akarorero, ntibakaraba* imbere yo gufungura+.»