Matayo 15:28 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 28 Yezu amwishura ati: «Wa mugore* we, ukwizera kwawe ni kwinshi. Nibibe nk’uko ushaka.» Ubwo nyene wa mukobwa wiwe yaciye akira. Matayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 15:28 Umunara w’Inderetsi,1/7/1997, rup. 4-5
28 Yezu amwishura ati: «Wa mugore* we, ukwizera kwawe ni kwinshi. Nibibe nk’uko ushaka.» Ubwo nyene wa mukobwa wiwe yaciye akira.