Matayo 15:29 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 Yezu aca ava ng’aho aragenda, ashika hafi y’ikiyaga ca Galilaya+, hanyuma aduga ku musozi yicara ng’aho. Matayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 15:29 Yezu ni inzira, rup. 138
29 Yezu aca ava ng’aho aragenda, ashika hafi y’ikiyaga ca Galilaya+, hanyuma aduga ku musozi yicara ng’aho.