Matayo 17:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Abishura ati: «Ni kubera mufise ukwizera guke. Ni ukuri ndabibabwiye, hamwe mwoba mufise ukwizera kungana n’agatete ka sinapi, mwobwira uyu musozi muti: “Va ng’aha uje hariya”, kandi wogenda. Nta kintu na kimwe cobananira+.» Matayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 17:20 Yezu ni inzira, rup. 147 Umunara w’Inderetsi,15/1/2008, rup. 30
20 Abishura ati: «Ni kubera mufise ukwizera guke. Ni ukuri ndabibabwiye, hamwe mwoba mufise ukwizera kungana n’agatete ka sinapi, mwobwira uyu musozi muti: “Va ng’aha uje hariya”, kandi wogenda. Nta kintu na kimwe cobananira+.»