Matayo 19:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Mugabo Yezu ababwira ati: «Nimureke abo bana, kandi ntimubabuze kuza aho ndi, kuko Ubwami bwo mw’ijuru ari ubw’abameze nk’abo+.» Matayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 19:14 Yezu ni inzira, rup. 222
14 Mugabo Yezu ababwira ati: «Nimureke abo bana, kandi ntimubabuze kuza aho ndi, kuko Ubwami bwo mw’ijuru ari ubw’abameze nk’abo+.»