Matayo 19:29 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 Kandi umuntu wese yahevye amazu, benewabo, bashikiwe, se wiwe, nyina wiwe, abana canke amatongo kubera izina ryanje, azoronka ibiruta ivyo incuro ijana kandi azotorana ubuzima budahera+. Matayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 19:29 Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),12/2016, rup. 25-26 Yezu ni inzira, rup. 225 Umunara w’Inderetsi,15/8/2009, rup. 8
29 Kandi umuntu wese yahevye amazu, benewabo, bashikiwe, se wiwe, nyina wiwe, abana canke amatongo kubera izina ryanje, azoronka ibiruta ivyo incuro ijana kandi azotorana ubuzima budahera+.
19:29 Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),12/2016, rup. 25-26 Yezu ni inzira, rup. 225 Umunara w’Inderetsi,15/8/2009, rup. 8