Matayo 21:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Maze benshi muri iryo sinzi basasa impuzu zabo mu nzira+, abandi na bo baca amashami y’ibiti bayasasa mu nzira. Matayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 21:8 Umunara w’Inderetsi,1/3/1997, rup. 30-31
8 Maze benshi muri iryo sinzi basasa impuzu zabo mu nzira+, abandi na bo baca amashami y’ibiti bayasasa mu nzira.