Matayo 21:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Yezu yinjira mu rusengero maze ahindira hanze abantu bose bariko baragura n’abariko baragurisha. Ahenagura imeza z’abavunjayi n’intebe z’abariko bagurisha inuma+. Matayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 21:12 Yezu ni inzira, rup. 240 Ubwami bw’Imana buraganza!, rup. 100 Umunara w’Inderetsi,1/10/2011, rup. 10
12 Yezu yinjira mu rusengero maze ahindira hanze abantu bose bariko baragura n’abariko baragurisha. Ahenagura imeza z’abavunjayi n’intebe z’abariko bagurisha inuma+.
21:12 Yezu ni inzira, rup. 240 Ubwami bw’Imana buraganza!, rup. 100 Umunara w’Inderetsi,1/10/2011, rup. 10