Matayo 21:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Aca abona igiti c’umusukoni iruhande y’inzira, araheza aracegera mugabo asanga kiriko amababi gusa+. Aca akibwira ati: «Uragapfa udasubiye kwama+!» Ubwo nyene ico giti gica kiruma. Matayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 21:19 Yezu ni inzira, rup. 240, 244
19 Aca abona igiti c’umusukoni iruhande y’inzira, araheza aracegera mugabo asanga kiriko amababi gusa+. Aca akibwira ati: «Uragapfa udasubiye kwama+!» Ubwo nyene ico giti gica kiruma.