Matayo 21:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Ibatisimu ya Yohani yakomotse he? Mw’ijuru canke ku bantu?» Baca batangura kuvugana hagati yabo bati: «Nitwavuga ngo “mw’ijuru”, aca atubaza ati: “Kubera iki none mutamwemeye+?”
25 Ibatisimu ya Yohani yakomotse he? Mw’ijuru canke ku bantu?» Baca batangura kuvugana hagati yabo bati: «Nitwavuga ngo “mw’ijuru”, aca atubaza ati: “Kubera iki none mutamwemeye+?”