Matayo 21:38 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 38 Ba barimyi ngo babone uwo mwana, baca bavugana bati: “Uyu ni we samuragwa+. Ingo tumwice, dutware intoranwa yiwe!” Matayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 21:38 Yezu ni inzira, rup. 246-247
38 Ba barimyi ngo babone uwo mwana, baca bavugana bati: “Uyu ni we samuragwa+. Ingo tumwice, dutware intoranwa yiwe!”