Matayo 22:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Umwami aca abwira abasuku biwe ati: “Nimumubohe amaguru n’amaboko, mumuterere hanze mu mwiza. Aho ni ho azoririra kandi ni ho azohekenyera imisaya*.”
13 Umwami aca abwira abasuku biwe ati: “Nimumubohe amaguru n’amaboko, mumuterere hanze mu mwiza. Aho ni ho azoririra kandi ni ho azohekenyera imisaya*.”