Matayo 22:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Nuko barungika abigishwa babo, bari kumwe n’abanywanyi b’umugambwe wa Herodi+, ngo bamubwire bati: «Mwigisha, turazi ko uri imvugakuri be n’uko wigisha inzira y’Imana mu kuri. Nturondera gushimwa n’abantu, kuko udakangwa n’ingene baboneka inyuma. Matayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 22:16 Yezu ni inzira, rup. 250
16 Nuko barungika abigishwa babo, bari kumwe n’abanywanyi b’umugambwe wa Herodi+, ngo bamubwire bati: «Mwigisha, turazi ko uri imvugakuri be n’uko wigisha inzira y’Imana mu kuri. Nturondera gushimwa n’abantu, kuko udakangwa n’ingene baboneka inyuma.