Matayo 26:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Igihe yasuka ku mubiri wanje aya mavuta amota neza, yariko arantegura ku bw’amaziko yanje+.